KENYA: ABARENGA 20 BAGUYE MU MYIGARAGAMBYO

Muri Kenya abari mu myiyerekano batangaje ko bagiye kuyibandanya inyuma y’aho abantu bashika 23 baguye mu mishYamirahano n’abapolisi mu myiyerekano yo kwiyamiriza amatagisi mashasha.

Abapolisi bafise ibigwanisho bikomakomeye ejo ku musi wa kabiri bararashe ikivunga ku bantu bariko baragira imyiyerekano imbere y’inyubakwa abashingamateka bakoreramwo, mu nyuma barinjira ku nguvu muri iyo nyubakwa, aho abashingamateka bari bahejeje gutora itegeko rigenga amatagisi.

Ikinyamakuru The Nation cyo mu gihugu ca Kenya cakurikiranye iyo myiyerekano yo kwiyamiriza ayo matagisi mu makomine 35 ku makomine 47 agize igihugu cya Kenya, mu bisagara bito bito na binini, birimwo ica Eldoret c’amavukiro cya Prezida Ruto.

About The Author

Gate of Wise

Gate of Wise empowers you to stay ahead in digital innovation with insightful and accurate news on AI, blockchain, and digital currencies. We also offer smart advertising solutions to seamlessly connect your brand with a tech-savvy and engaged audience.

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *

Next Post

Yago Pondat yitabye RIB: Nyuma y’ikirego cya Dabijou

Thu Jun 27 , 2024
Ku munsi w’ejo ku wa gatatu ,umunyamakuru Yago Pondat ndetse akaba n’umuhanzi yitabye urwego rw’igihugu rw’ubugenzacyaha kugirango atange ubusobanuro kubyo aregwa n’uwitwa Dabijou. Nyuma y’amakuru amaze iminsi acicakana byumwihariko ku mbugankoranyambaga avuga ko uwitwa Munezero Rosine uzwi cyane nka Dabijou kuri izi mbugankoranyambaga yaba yaramaze kugeza inyandiko kuri uru rwego […]

You May Like

Breaking News